Itangazo: isango ryo kumenyesha no gutanga ikori ry' agateganyo ku nyungu no ku mazu apangishijwe ryegejwe ku wa 10/10/2026

Office Burundais des Recettes

« Je suis fier de contribuer à la construction du Burundi »

Isango yo kumenyesha no kuriha ikori ry'agateganyo rya kabiri ku nyungu no ku mafaranga atozwa abapangishije amazu mu mwaka wa 2026, ryungururijwe kw'igenekerezo rya 10 Gitugutu 2026.

Kubw'ivyo, abatangakori vyerekeye bahamagariwe gukora ibishoboka vyose kugira bubahirize iryo sango rishasha. Iryo sango rirenganye, amahadabu ategekanijwe n'amategeko azoca ashirwa mu ngiro.

Ugurura itangazo ngaha.